Ticker

6/recent/ticker-posts

Ikiza by Pazzos Bi

IKIZA by Pazzos Bi


Texte complet ou official lyrics



    Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus


     Ntamukuru kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana

Dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu kumitumba

Kija mumakomine cak’indarooo, waja muma province ukagisangayo

Kirabangamiye Kino gihugu cacu, ek’isi yose kiraturembeje.


 

 Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus

 

    Abantu burya natwe turagoye, twikwegera imbere y’urupfu ho bigoye

Baraduhanura ukuntu twokwirinda, natwe tuazibira amatwi yacu

Sida uyanduye ntaho wivuza, Coronavirus yoyo irarandura

Ic’usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, twugare tubizibirireko


 Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus

 

         Abantu ahubona ntiboroheje, bapimisha Sida amaso yabo

Babony’ukirutswe na Malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko

Duhebe insaku no gutwariranir’umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi,

Sida yaje kugira abana bene Imana impfuvyi, Coronavirus yo ni ikirimbuzi


 Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus

 

Abantu burya natwe nyene, turagoye

Twikwegera imbere y’urupfu, ho bigoye

Ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya

Nteg’amatwi utibaza kurik’ utumwanya

Irinde guc’inyuma y’umufasha, wawe

Koresha ivyuma rwawe kumubiri, wawe

Komeza wipimish’uraba ubuzima, bwawe

Twugare kandi tukizibirireko …


 Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus


 Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
    
    Ivyaduka vyarateye, keba na yo

    Hakuna dawa et il y a pas de vaccin

    De Sida y Coronavirus, Vete Coronavirus


Subscribe to PAZZOS BI here 👉


Like page and share 👉 


#IKIZA c'est une chanson de @PAZZOS BI et cet artiste #Pazzos_Bi invite la société à la lutte contre la nouvelle épidemie #Coronavirus (Covid-19) mais aussi contre le #VIH_sida, moyenant les métodes de prévention. Vaut mieux prévenir que guérir.


Écoutez la musique sur toutes les plateformes de musique en cliquant ici 👉 IKIZA by PAZZOS BI


Watch on Youtube 👉 



Listen on Spotify 👉



Listen on Deezer 👉



Listen on Soundcloud 👉 


Follow us on Facebook 👉

Visit or subscribe to https://www.youtube.com/c/PAZZOSBI/?sub_confirmation=1

Publiée par Pazzos Bi sur Vendredi 11 décembre 2020

Publicar un comentario

0 Comentarios